Luka 24:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Bagitinye, bunamitse amaso hasi, barababaza, bati N’iki gitumye muronderera ūriho, ahantu h’abāpfūye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ba bagore bagira ubwoba bwinshi, bakubita ibipfukamiro hasi barunama, ariko ba bagabo barababwira bati: “Ni kuki muronderera umuntu muzima mu bapfuye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |