Luka 24:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Baravugana, bati Mbeg’ imitima yacu ko yarikw iragurugumba, aho yarikw aravugana natwe mu nzira, aduhishurira ivyanditswe! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Baca batangura kubazanya bati: “Mbega imitima yacu ntiyariko iragurugumba igihe yariko aravugana natwe mu nzira, adusigurira Ivyanditswe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |