Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 24:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 babuze ikiziga ciwe, baraza batubarira yukw abamarayika babiyeretse bavuga yukw ariho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 ariko ntibabona ikiziga ciwe. Baje batubwira ko abamarayika babiyeretse, bababwira ko ari muzima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 24:23
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ntari hano, kuko yazutse, nk’uko yavuze. Ngo murābe ah’ Umwami yar’ aryamye.


Na bo bumvise kw ari muzima, kandi ko yamwiboneye, ntibāvyemera.


Kandi n’abagore bo muri twebge badutangaje, bazindutse baja ku mva;


Kandi na bamwe mu bari kumwe natwe bagiye ku mva basanga ari ko biri, ukw abo bagore batubariye; ariko we ntibamubona.


binjirayo ntibāsangamw’ ikiziga c’Umwami Yesu.


Mariya Magadalene aragenda, abarira abigishwa inkuru, ati Nabonye Umwami; abadondera ivyo yamubariye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ