2 Basanga ikibuye gitembagajwe kivuye ku mva;
2 Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe,
Habaho kunyiganyiga kw’isi gukomeye, kuk’ umumarayika w’Umwami Imana yar’ amanutse ava mw ijuru, araza akūra ca kibuye agitembagaje, acicarako.
Ku wa mbere w’imisi ndwi kare mu mutwenzi baja kuri ya mva, bajanye vya bimota neza bāteguye.
binjirayo ntibāsangamw’ ikiziga c’Umwami Yesu.
Yesu yongera kugira ikigumbagumba mu mutima, ashika ku mva; kandi yar’ isenga yugajwe ikibuye.
Nuko bakūrah’ ikibuye. Buno Yesu ararangamiza, ati Data, ndagushima ko wanyumvirije.