Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 24:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 bavugana ivyabaye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 bagenda baganira ku vyabaye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 24:14
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko jewe Uhoraho ata ho mpinduka; ni co gituma, mwebge bana ba Yakobo, mutāmazwe rwose.


Uwo musi nyene babiri muri bo bari mu nzira baja mu mihana ahītwa Emawusi, ni kure y’i Yerusalemu nk’urugendo rwa stadiyo mirongwitandatu,


Bakivugana babazanya, Yesu ubgiwe arabēgēra, ajana na bo.


Umunyangeso nziza akūra ivyiza mw itunga ryiza ryo mu mutima wiwe, n’umunyangeso mbi akūra ibibi mw itunga ribi: ibibōgabōga mu mutima ni vyo akanwa kiwe kavuga.


muze mugire umwete wo kuyigisha abana banyu; muze muyahoze mu kanwa iyo mwicaye mu nzu, n’iyo muriko muragenda mu nzira, n’iyo muryamye, n’iyo muvyutse.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ