Luka 24:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ku wa mbere w’imisi ndwi kare mu mutwenzi baja kuri ya mva, bajanye vya bimota neza bāteguye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ku musi wa mbere utangura indwi, hakiri kare mu gitondo, ba bagore bafata vya bimota neza bari bateguye, baja ku mva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |