Luka 23:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Herode abonye Yesu aranezerwa cane, kuko yahereye kera yifuza kumurāba, kuko yahora yumva ivyiwe, kandi yaziga ko yobona ikimenyetso yokora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Herode abonye Yesu, aranezerwa cane kuko yari amaze igihe kirekire yipfuza kumubona. Yari yarumvise ivyiwe, maze yipfuza kumubona akora igitangaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |