Luka 23:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Amenye yukw ar’ uwo mu gihugu ca Herode, amurungika kwa Herode, kuko na we yar’ i Yerusalemu mur’ iyo misi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Yumvise ko Yesu atwarwa mu ntara ya Herode Antipa, aca aramumurungikira, kandi ico gihe Herode yari i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |