Luka 23:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Tweho turishuye, kuko tugiriwe ibihwanye n’ivyo twākoze: arik’ uyu nta kibi yakoze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Twebwe twahaniwe ikiri ukuri, kuko turiko twishura ibihwanye n’ivyo twakoze. Ariko uwu we nta kibi na kimwe yakoze.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |