Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 23:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Herode na Pilato baca buzura uwo musi nyene, kuko bāri basanzwe bankana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuva uwo musi Herode na Pilato baca baba abagenzi, kuko imbere y’aho bari abansi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 23:12
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo n’Abasadukayo baraza, barondera kw abereka ikimenyetso kiva mw ijuru, bamugeza.


Baramuboha baramujana, bamushikiriza Pilato, icēgēra ca Kayisari.


Kandi vy’ukuri mur’ iki gisagara, Herode, bo na Pontiyo Pilato hamwe n’abanyamahanga n’imiryango ya Isirayeli, bākoraniye kurwanya Umushumba wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ