Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:60 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

60 Petero aramubgira, at’ Eka wa muntu, sinzi n’ivy’ uvuze. Akivuga, uwo mwanya inkoko irabika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

60 Petero yishura uwo muntu ati: “Sinzi n’ivyo uriko uravuga.” Akiriko aravuga, isake ica irabika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:60
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramubgira, ati Ndakubgira ukuri yuko mur’ iri joro inkoko itarabika, uhava unyihakana gatatu.


Aramubgira, ati Petero, ndakubgire, Inkoko itarabika uyu musi, uhava unyihakana gatatu ngo ntunzi.


Hashize umwanya nk’isaha imwe, uwundi abivuga yigumiye, ati N’ivy’ ukuri, uyu yari kumwe na we, bitayeko n’Umunyagalilaya.


Umwami Yesu arakebuka, yitegereza Petero. Petero yibuka rya jambo ry’Umwami, ingene yamubgiye, at’ Uyu musi inkoko itarabika, uja kunyihakana gatatu.


Maze Petero yongera kubihakana, ako kanya inkoko ica irabika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ