Luka 22:54 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)54 Baramufata, baramujana, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru, ariko Petero amuja inyuma barenga arenguka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe54 Nuko baramufata bamutwara mu rugo rw’umuherezi mukuru. Petero na we arabakurikira agendera kure inyuma yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |