Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Yesu arababarira, ati Geza aho. Akora ku gutwi kwiwe, aramukiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Yesu aca arasemerera ati: “Geza aho, biramaze!” Yesu aca akora kuri kwa gutwi, aramukiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:51
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwe muri bo ayikubita umusavyi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’i buryo.


Yesu abaza abaherezi bakuru n’abakuru b’abashibamyi b’urusengero n’abashingantahe bamuziye, ati Mbega munziye nk’umwambuzi, muzanye inkota n’amahiri?


Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mw izina ryawe wampaye. Narabashibamyeko, kandi nta n’umwe muri bo yapfuye rubi, atari wa mwana wo gupfa rubi, kugira ngw ivyanditswe bishike.


Ariko Paulo asemerera n’ijwi rirenga, ati Ntiwigirire nabi, twese turi hano.


Ikibi coye kukunesha, yamara ikibi ukinesheshe iciza.


Jewe Paulo ubganje ndabinginga kubg’ ubugwaneza n’ineza vya Kristo, jewe umuntu aciye bugufi muri mwebge imbere yanyu, arikw iyo tutari kumwe ndabubahuka;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ