Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Akivuga, haza igitero kizanywe n’uwitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, abagiye imbere: yēgēra Yesu, ngw amusome.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 Yesu akiriko aravuga, haca haza isinzi ry’abantu, barongowe na Yuda, umwe muri ba bigishwa cumi na babiri. Nuko yegera Yesu, aramusoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:47
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Yuda Isikaryota, yar’ umwe muri bamwe cumi na babiri, aja ku baherezi bakuru, ngw az’ amubaronkere.


Yesu aramubaza, ati Yuda, mbeg’ utangisha Umwana w’umuntu kumusoma?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ