Luka 22:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Arababgira, at’ Ariko noneho, ūfise umupfuko w’amahera awujane, n’ūfise isaho ayijane; kand’ ūdafise inkota, ashōre impuzu yiwe ayigure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Aca arababwira ati: “Ubu rero uwufise amahera mu mufuko nayibangikanye, uwufise isakoshi ayitore, kandi n’uwudafise inkota agurishe umutamana wiwe ayigure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |