Luka 22:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 ariko wewe nagusengeye ng’ukwizera kwawe ntiguhere. Nawe ni wamara guhinduka, uz’ uremeshe bagenzi bawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Ariko, wewe nagusengeye kugira ngo ntutakaze ukwizera, kandi niwamara kwihana ukangarukako uze ukomeze bene So.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |