Luka 22:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ariko mwebge s’uko: mugab’ umukuru muri mwebge abe nk’umuto, n’ūganza abe nk’ūbakorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ariko ntimukabe nka bo. Ahubwo uwibaza ko ari mukuru muri mwebwe namere nka mutoya muri mwebwe, kandi umukuru amere nk’umukozi wanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |