Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maze havyuka impāri muri bo, z’uwo bagereranyako kw ar’ umukuru uw’ ari we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Maze haduka impari hagati yabo, bagomba kumenya umukuru muri bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:24
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mur’ uwo mwanya abigishwa baza kuri Yesu, baramubaza, bat’ Umukuru mu bgami bgo mw ijuru ni nde?


Barīhorera, kuko mu nzira bāhārīra umukuru wabo uw’ ari we.


Batangura kubazanya, ngo ni nde muri bo agira akore ico kintu.


Kandi havyuka ibihāri muri bo, vy’umukuru wabo uw’ ari we.


ku vyo gukunda bene Data, mukundane rwose; ku vy’icubahiro, umuntu wese ashire imbere mugenzi we;


Urukundo rurihangana, rugira neza, urukundo ntirugira ishari, urukundo ntirwihayagiza, ntirwihimbaza,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ