14 Igihe gishitse, aricara ngw arye, kand’ intumwa na zo zicarana na we.
14 Isaha ishitse, Yesu n’intumwa ziwe baca baricara, barafungura.
Bugorovye, yicarana n’abigishwa biwe cumi na babiri ngo basangire.
Bugorovye azanana na bamwe cumi na babiri.
Nuko za ntumwa zikoranira aho Yesu ari, zimudondera ivyo zakoze vyose n’ivyo zigishije.
Baragenda, babisanga uko yabibabariye: bategura ivya Pasika.
Arababgira, ati Kwifuza nifuje cane gusangira namwe ivy’ iyi Pasika, ntarababazwa.