1 Imisi mikuru y’imitsima itambiwe, yitwa Pasika, yagira ishike.
1 Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro, ari wo musi wa Pasika wegereje,
Uhoraho abaririra Mose na Aroni mu gihugu ca Egiputa,
Ku musi w’intangamarāra wo kurya imitsima itambiwe, uwo bābāgak’ umwagazi w’intama wa Pasika, abigishwa biwe baramubaza, bat’ Ugomba ko twoja hehe gutegura ivya Pasika ng’ ubirye?
Umusi wa Pasika utarashika, Yesu amenye kw igihe ciwe gishitse co kuva mw isi ngw aje kwa Se, uko yakunda abiwe bari mw isi, ni ko yabakunze gushitsa ku muhero.