Luka 21:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi ni mwumva intambara n’imivurungano, ntimuze mucike ivutu; kukw ivyo bitazobura kubanza kubaho, arik’ umuhero ntuzoca ushika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nimwumva intambara n’imigumuko, ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa kubanza gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |