Luka 21:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ariko mwirinde, kugira ngw imitima yanyu ntīremērwe no kudandahirwa no kuborerwa n’umwitwaririko w’ivy’ ubu bugingo, ng’uwo musi ntubazeko giturumbuka, nk’umutego: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Mwiyubare, imitima yanyu ntiremerwe n’akaborerwe hamwe n’ibihimbaro bijanye na ko, canke imyitwarariko y’ivy’ubu buzima, kugira ngo uwo musi ntuze ubashikeko giturumbuka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |