Luka 21:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Mur’ iyo misi abazoba batwaye inda n’abonsa bazobona ibara; kuko hazoba umubabaro mwinshi mu gihugu, kand’ uburake buzoba kur’ ubu bgoko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ese ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa! Kizoba ari igihe c’umubabaro mwinshi mu gihugu, n’uburake bw’Imana kuri ubu bwoko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |