Luka 21:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi ntihazohara agashatsi na kamwe ko mu mitwe yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ariko nta n’agashatsi ko ku mitwe yanyu kazotakara အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Arikw abantu babarira Sauli, bati None Yonatani yopfa, kand’ ari we yahaye Abisirayeli ugutsinda kungana gurtyo? Biragahera! Turahiye uguhoraho kw’Uhoraho yukw ata n’agashatsi na kamwe ko ku mutwe wiwe kazohara ngo gakorokere hasi; kuko ku vyabaye uyu musi yafatanije n’Imana. Uko ni kw abantu bākijije Yonatani ngo ntāpfe.