Luka 21:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Arikw ivyo vyose bitarabaho bazobashōrerakw amaboko, babahame, babashengerane mu masinagogi, babashirishe mu mabohero, babashengeze ku bami no ku baganza, babahōra izina ryanje: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ariko imbere y’uko ivyo bishika, bazobahama, babafate, babatware mu masinagogi no mu mabohero, babarengutse imbere y’abami n’abatware babahora izina ryanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |