Luka 20:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko ni twavuga tuti Ni mu bantu, abantu bose baradutera amabuye, kuko bemeye badakekeranya yuko Yohana yavugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku bantu,’ abantu bose baradutera amabuye kuko baremera ata gukekeranya ko Yohana yari uwuvugishwa n’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |