Luka 20:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Bībūranya muri bo, bati Ni twavuga tuti Ni mw ijuru; ahava atubaza, ati N’iki cababujije kumwemera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Baravugana hagati yabo bati: “Nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku Mana yo mw’ijuru,’ ahava atubaza ati: ‘None ni kuki mutizeye ivyo Yohana yavuze?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |