4 non’ ukubatiza kwa Yohana kwāturutse mw ijuru, canke se mu bantu?
4 Mbega umubatizo wa Yohana wavuye ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu?”
Mve hasi, nje kwa data, mmubgire, nti Data, nacumuye ku Yo mw ijuru no mu maso yawe,
Arabishura, ati Nanje hinge ndababaze ijambo, mumbgire:
Bībūranya muri bo, bati Ni twavuga tuti Ni mw ijuru; ahava atubaza, ati N’iki cababujije kumwemera?
Haje umuntu yatumwe n’Imana, izina ryiwe ni Yohana;