Luka 20:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 mbega biremerwa ko dutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemerwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 None rero tubwire: biremewe gutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemewe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Uhereye mu bihe vya ba sogokuruza twamye dukora ibidutsinda vyinshi cane, gushitsa na bugingo n’ubu; kand’ ibigabitanyo vyacu ni vyo vyatumye twe n’abami bacu n’ abaherezi bacu tugaburwa mu maboko y’abami bo mu bindi bihugu, tukagenda twicwa n’ inkota, tukajanwa tur’ imbohe, tukanyagwa utwacu, tukaba ibimāramāre nk’uko bimeze uyu musi.