Luka 20:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Umusi ur’ izina, yigishiriza abantu mu rusengero, avuga ubutumwa bgiza, abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bazanana kuri we n’abashingantahe: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Umusi umwe Yesu yariko arigisha abantu mu rusengero, ababwira Ubutumwa Bwiza. Maze abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe n’abakuru b’Abayuda baza aho ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |