Luka 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Avyara umuhungu w’uburiza, amuzingirakw impuzu y’uruyoya, amuryamika mu bgato bg’inka, kuko bāri babuze umwanya mu ndāro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 maze avyara umwana wiwe w’imfura, amuzingira mu mpuzu z’uruyoya, aca amuryamika mu bwato inka ziriramwo, kuko bari babuze ikibanza mu nzu y’ingenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |