Luka 2:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Ariko bībgiye yukw ari mw igugu ry’abo bagendanye, bagenda urugendo rw’umusi wose, maze bamurondera mu ncuti no mu bo bazinanyi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Nuko bamara umusi wose bagenda, bibaza ko umwana yoba ari mu bandi bari bafatanije urugendo. Mu nyuma batangura kumuronderera mu ncuti n’abagenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |