Luka 2:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ajanwa na Mpwemu mu rusengero; abavyeyi bajanye uwo mwana Yesu ngo bamugenze nk’uk’ umugenzo w’ivyagezwe war’ uri, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Arongowe na Mpwemu Yera, yinjira mu rusengero. Yosefu na Mariya bazanye Yesu mu rusengero kugira ngo bashitse ivyo ivyagezwe vyategekanya kuri we, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |