Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 2:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 nk’uko vyanditswe mu vyagezwe n’Umwami Imana, ng’ Umuhungu wese w’ubuzibūra aze yitwe uwera k’Uhoraho;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 (Nk’uko vyanditswe mu Vyagezwe vy’Uhoraho, “Umuhungu wese w’imfura yategerezwa kwegurirwa Uhoraho”).

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 2:23
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mundobanurire imfura zose n’ivy’ uburiza: ic’ ubuzibūra cose co mu Bisirayeli n’icanje, ari mu bantu, ari mu bitunzwe.


Ntimuze mutebagane kunshikanira ku vyo mwakikinyuye, ari ku vyo mwejeje, ari ku binyobga vyanyu. Imfura zanyu z’ abahungu muze muzimpe.


Icitwa ubuzibūra cose n’icanje: ubuzibūra bg’icitwa ikigabo cose co mu vyo mutunze, ari mu nka canke mu ntama.


Ic’ ubuzibūra cose mu bifise umubiri mpabga jewe Uhoraho, ari mu bantu, ari mu bitunzwe, bizoba ivyawe: mugabo, imfura zo mu bantu ntuz’ ubure kwāka incungu zo kuzicungura, bo n’uburiza bg’ibitunzwe na bgo n’ uko, ubgākire incungu.


Kukw abana bose b’imfura ar’ abanje: ku musi nicirakw abana bose b’imfura bo mu gihugu ca Egiputa, ni ho nirobanuriye imfura zose zo mu Bisirayeli nkazēza, iz’ abantu bo n’uburiza bg’ibitunzwe: bizoba ivyanje; nd’ Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ