Luka 2:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Imisi ishize yo guhumanurwa kwabo, nk’ukw ivyagezwe vya Mose biri, bamujana i Yerusalemu kumushikanira Umwami Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Igihe c’imigenzo yo guhumanurwa kigeze, nk’uko Ivyagezwe vya Mose vyabitegekanya, Yosefu na Mariya badugana Yesu i Yerusalemu kumushikanira Umwami Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |