Luka 2:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kand’ imisi munani ishitse ngw akebge, bamwita YESU, rya zina ryavuzwe n’umumarayika, atarasamwa inda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ku musi ugira umunani, wa mwana amaze gukebwa, bamwita Yesu, nk’uko umumarayika yari yarabwiye Mariya imbere y’uko asama inda yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |