Luka 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Maze ba bungere bahindukira bahimbaza Imana, bayishimira ivyo bumvise vyose n’ivyo babonye, nk’uko bābibgiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ba bungere na bo basubira inyuma bahimbaza Imana bongera bayitazira kubera ivyo bumvise n’ivyo babonye, kuko basanze bimeze nk’uko bari babibwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |