Luka 2:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ukwo ni kwo kwandikwa kwa mbere kwabayeho Kureniyo akir’ icēgēra ca Kayisari i Siriya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Urwo rwari urusansuma rwa mbere rubaye kandi ico gihe Kuriniyusi yatwara intara ya Siriya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |