Luka 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Umumarayika arababgira, ati Nta co mutinya, umve ndababarira ubutumwa bgiza bg’akanyamuneza kenshi kazoba ku bgoko bganyu bgose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Wa mumarayika aca ababwira ati: “Ntimutinye kuko ndabazaniye inkuru nziza y’umunezero mwinshi ku bantu bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |