Luka 19:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Zakayo arahagarara, abgira Umwami Yesu, ati Rāba Mugenzi, umugabane w’itunga ryanje ngira ndawuhe aboro; kand’ umuntu wese nagunze ndabimurihe kane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko Zakayo arahaguruka, abarira Umwami Yesu ati: “Mwami, ngira mfate ica kabiri c’ivyo ntunze ndakigaburire aboro, kandi nimba hari uwo nivye, ndabimuriha incuro zine.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |