Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 19:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 arababarira, ati Muje mur’ iriya mihana ir’ imbere yanyu, ni mwayishikamwo, murabona inyana y’indogoba iziritse, ata muntu yigeze kuyigenderako: muyiziture muyizane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika murahasanga inyana y’indogoba iziritse ata muntu n’umwe arayigenderako. Muce muyizitura, muyizane hano.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 19:30
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

arababarira, ati Mugende mur’ iriya mihana ir’ imbere yanyu, muca mubona indogoba iziritseho n’inyana yayo; muziziture, muzinzanire.


Ageze hafi y’i Betifage n’i Betaniya, ku musozi witwa Elayono, atuma babiri bo mu bigishwa,


Kandi ni hāgira ūbabaza, ati N’iki gitumye muyizitura? mumwishure, muti Databuja ni we ayigomba.


Abātumwe baragenda, babisanga uko yabibabgiye.


Nuko none ndabibabgiye bitaraba, ngw aho bizobera muze mwizere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ