Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 19:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 none se n’iki cakubujije guha abacurūza amahera yanje, nanje nagaruka nkayakwaka n’inyungu yayo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 19:23
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko war’ ukwiye kujana amahera yanje mu bayacurūza, nanje nagaruka nkaronka ayanje n’inyungu yayo.


Aramubgira, ati Ndagucira urubanza ku vyakuvuye mu kanwa, wa muntu wanje mubi we. Ko war’ uzi yuko nd’ umuntu w’umuhambazi, nterura ivyo ntāhateretse, nimbura ivyo ntārimye:


Abarira abahagazeho, ati Ni mumwake ya mina, muyihe ūfise mina cumi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ