Luka 19:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 nukw aravuga, ati Hābaye umuganwa yagiye mu gihugu ca kure kwimikirwayo, ngw agaruke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ababwira ati: “Umuntu ava mu muryango utunze, yagiye mu gihugu ca kure kwimikwa nk’umwami, hanyuma ngo aheze agaruke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |