Luka 19:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Bakiriko barumva ivyo, avyongerak’ umugani, kuko yari hafi y’i Yerusalemu, kandi kuko biyumvira yuk’ ubgami bg’Imana bugira buboneke uwo mwanya; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Bakiriko baramwumviriza, Yesu arabandanya abacira umugani, kuko yari yegereje gushika i Yerusalemu, kandi ico gihe abantu bibaza ko Ubwami bw’Imana buca bushika ubwo nyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |