Luka 18:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Mur’ ico gisagara hār’ umupfakazi, aza kuri we kenshi, aramubarira, ati Ncira urubanza runkiza umwansi wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kandi muri ico gisagara hari umugore yama aza kumwinginga ati: ‘Ncira urubanza runkiza uwundenganya.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |