Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kukw icoroshe ar’ ingamiya guca mu zuru ry’urushinge biruta umutunzi ko yinjira mu bgami bg’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Vyokworoha ko ingamiya ica mu gatoboro k’urushinge rubarira kurusha ko umutunzi yinjira mu Bwami bw’Imana.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:25
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwa ndongozi zihumye mwe, muramimina agatūku, arikw ingamiya murayiyongobeza.


Non’ icoroshe n’ikihe, n’ukuvuga nt’ Uhariwe ivyaha vyawe; canke n’ukuvuga nti Vyuka, ugende?


Kandi ndababgira yukw icoroshe ar’ ingamiya guca mu zuru ry’urushinge biruta k’umutunzi yinjira mu bgami bg’Imana.


Icoroshe n’ingamiya guca mu zuru ry’urushinge biruta umutunzi ko yinjira mu bgami bg’Imana.


Abavyumvise baravuga, bati None rero, ni nde ashobora gukizwa?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ