Luka 18:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 K’uzi ivyagezwe, ngo Ntugasambane, ntukice, ntukibe, ntukāgirize abandi ibinyoma, wubahe so na nyoko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntugasambane, ntukice, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, wubahe so na nyoko?’” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |