Luka 18:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Maze Yesu arabahamagara, ati Ni mureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze: kuk’ ubgami bg’Imana ar’ubg’ abameze bartyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko Yesu asaba ko babamuzanira, abwira abigishwa biwe ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |