Luka 18:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Umufarisayo ahagaze asengera ku mutima wiwe, ati Mana, ndagushimye yuko ntameze nk’abandi bose, abanyazi, cank’ abagabitanya, cank’ abasambanyi, canke n’abameze nk’urya mutozakori. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Wa Mufarisayo ahagarara ukwiwe, asenga avuga ati: ‘Mana ndagushima ko ntameze nk’abandi: abasuma, inkozi z’ikibi, abasambanyi, kandi simeze nk’urya mutozakori. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |