36 aho babiri bazoba mu mirima, umwe azojanwa, uwundi arekwe.]
36 Abagabo babiri bazoba bari kumwe mu murima, umwe ajanwe, uwundi asigare.”]
Ico gihe abagabo babiri bazoba mu murima, umwe azojanwa, uwundi arekwe.
Baramubaza, bati Bizoba hehe ga Mushingantahe? Arabishura, at’ Ah’ umuvyimba uri hose, ni ho ibinyakabaka bizokoranira.